
Burundi: Mme la Ministre Aimée Laurentine Kanyana: Kuva kuri Ntare Rugamba Uburundi bwaraterwa bukivuna umwansi;tuzobafata nk’abateye igihugu,tuzobivuna.”
La ministre de la justice en est claire,je cite:”Iyo ngingo leta y’Uburundi ntiyemera kuko Uburundi bwavuye muri CPI le 27/10.” Kukibazo c’uko yafashwe le 25/10 yishuye ati:”Ivyo ni ivyo bifondeye,namwebwe muzi …
Read More