Burundi: Mme la Ministre Aimée Laurentine Kanyana: Kuva kuri Ntare Rugamba Uburundi bwaraterwa bukivuna umwansi;tuzobafata nk’abateye igihugu,tuzobivuna.”

La ministre de la justice en est claire,je cite:”Iyo ngingo leta y’Uburundi ntiyemera kuko Uburundi bwavuye muri CPI le 27/10.” Kukibazo c’uko yafashwe le 25/10 yishuye ati:”Ivyo ni ivyo bifondeye,namwebwe muzi gutohoza amakuru mwayimenye uyu munsi”

None amakungu niyo yarungika abaza gutohoza Uburundi buzokwifata bute?Ati:Kuva kuri Ntare Rugamba Uburundi bwaraterwa bukivuna umwansi;tuzobafata nk’abateye igihugu,tuzobivuna.”

Merci et Courage Mme la Ministre Aimée Laurentine Kanyana .

Source VOA 17h00

LIRE  FAUSTINI TWAGIRAMUNGU ati « NGIRA URUMEZA IYO NUMVISE KAGAME AVUGA KO ARI PREZIDA » 2/4